Yosuwa 18:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Yosuwa aca agaburira Abisirayeli igihugu biciye ku bupfindo aho nyene i Shilo imbere ya Yehova+, umuryango wose uronka umugabane wawo+. Yosuwa Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 18:10 Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,11/2021, rup. 2
10 Yosuwa aca agaburira Abisirayeli igihugu biciye ku bupfindo aho nyene i Shilo imbere ya Yehova+, umuryango wose uronka umugabane wawo+.