Yosuwa 18:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Zela+, Ha-Elefu, Yebusi ari yo Yeruzalemu+, Gibeya+ na Kiriyati: vyari ibisagara 14 n’ibigwati bihegereye. Iyo ni yo yabaye intoranwa y’abakomoka kuri Benyamini hisunzwe ingo zabo.
28 Zela+, Ha-Elefu, Yebusi ari yo Yeruzalemu+, Gibeya+ na Kiriyati: vyari ibisagara 14 n’ibigwati bihegereye. Iyo ni yo yabaye intoranwa y’abakomoka kuri Benyamini hisunzwe ingo zabo.