Yosuwa 19:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Intoranwa y’abakomoka kuri Simeyoni yakuwe ku mugabane wa bene Yuda, kuko umugabane wabo wari munini cane kuri bo. Abakomoka kuri Simeyoni rero baronse intoranwa mu karere bene Yuda batoranye+. Yosuwa Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 19:9 Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,11/2021, rup. 2
9 Intoranwa y’abakomoka kuri Simeyoni yakuwe ku mugabane wa bene Yuda, kuko umugabane wabo wari munini cane kuri bo. Abakomoka kuri Simeyoni rero baronse intoranwa mu karere bene Yuda batoranye+.