Yosuwa 19:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Rwarava i Saridi rukerekeza mu buseruko ku mupaka wa Kisiloti-Tabora, rukabandanya i Daberati+, rugaca ruduga i Yafiya.
12 Rwarava i Saridi rukerekeza mu buseruko ku mupaka wa Kisiloti-Tabora, rukabandanya i Daberati+, rugaca ruduga i Yafiya.