Yosuwa 19:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Urubibe rwabo rwahera i Helefu, kuva ku giti kinini c’i Zayananimu+ rukabandanya i Adami-Nekebu n’i Yabuneli gushika i Lakumu, rukagarukira kuri Yorodani.
33 Urubibe rwabo rwahera i Helefu, kuva ku giti kinini c’i Zayananimu+ rukabandanya i Adami-Nekebu n’i Yabuneli gushika i Lakumu, rukagarukira kuri Yorodani.