Yosuwa 21:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Imiryango y’Abamerari+ ironka ibisagara 12 mu karere k’umuryango wa Rubeni, uwa Gadi n’uwa Zabuloni+.
7 Imiryango y’Abamerari+ ironka ibisagara 12 mu karere k’umuryango wa Rubeni, uwa Gadi n’uwa Zabuloni+.