Yosuwa 21:34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 Abo mu miryango y’Abamerari+, ni ukuvuga Abalewi basigaye, baronka ibi bisagara mu karere k’umuryango wa Zabuloni+: Yokineyamu+ n’amatongo yaho yo kuragiramwo, Karuta n’amatongo yaho yo kuragiramwo,
34 Abo mu miryango y’Abamerari+, ni ukuvuga Abalewi basigaye, baronka ibi bisagara mu karere k’umuryango wa Zabuloni+: Yokineyamu+ n’amatongo yaho yo kuragiramwo, Karuta n’amatongo yaho yo kuragiramwo,