Yosuwa 21:38 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 38 Mu karere k’umuryango wa Gadi+ hatanzwe ibi bisagara: igisagara uwishe umuntu ahungiramwo, ari co Ramoti i Gileyadi+ n’amatongo yaho yo kuragiramwo, Mahanayimu+ n’amatongo yaho yo kuragiramwo,
38 Mu karere k’umuryango wa Gadi+ hatanzwe ibi bisagara: igisagara uwishe umuntu ahungiramwo, ari co Ramoti i Gileyadi+ n’amatongo yaho yo kuragiramwo, Mahanayimu+ n’amatongo yaho yo kuragiramwo,