Yosuwa 23:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Mwariboneye ibintu vyose Yehova Imana yanyu yakoreye aya mahanga yose ku bwanyu, kuko Yehova Imana yanyu ari we yabarwanira+.
3 Mwariboneye ibintu vyose Yehova Imana yanyu yakoreye aya mahanga yose ku bwanyu, kuko Yehova Imana yanyu ari we yabarwanira+.