Yosuwa 23:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Yehova azokwomora imbere yanyu amahanga ahambaye kandi akomeye, abave imbere+. Nakare nta muntu n’umwe arashobora kubatsinda gushika n’uyu musi+.
9 Yehova azokwomora imbere yanyu amahanga ahambaye kandi akomeye, abave imbere+. Nakare nta muntu n’umwe arashobora kubatsinda gushika n’uyu musi+.