Yosuwa 23:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 «Ubu ndi mu gupfa*. Mwebwe ubwanyu murazi neza* yuko ata kintu na kimwe mu bintu vyiza vyose Yehova Imana yanyu yabasezeraniye kitashitse. Vyose vyarabaye ku neza yanyu. Nta na kimwe kitashitse+. Yosuwa Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 23:14 Umunara w’Inderetsi,1/1/2010, rup. 1215/5/2008, rup. 17-181/11/2007, rup. 22-24
14 «Ubu ndi mu gupfa*. Mwebwe ubwanyu murazi neza* yuko ata kintu na kimwe mu bintu vyiza vyose Yehova Imana yanyu yabasezeraniye kitashitse. Vyose vyarabaye ku neza yanyu. Nta na kimwe kitashitse+.