Yosuwa 24:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Yosuwa aca abwira abantu bose ati: «Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: “Kera ba sokuruza banyu+ baba hakurya ya rwa ruzi runini* kandi basenga* izindi mana+. Umwe muri bo ni Tera se wa Aburahamu na Nahori. Yosuwa Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 24:2 Niwigane, rup. 25 Umunara w’Inderetsi,1/12/2004, rup. 121/9/2001, rup. 6
2 Yosuwa aca abwira abantu bose ati: «Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: “Kera ba sokuruza banyu+ baba hakurya ya rwa ruzi runini* kandi basenga* izindi mana+. Umwe muri bo ni Tera se wa Aburahamu na Nahori.