Yosuwa 24:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Igihe nakura ba so na ba sogokuru banyu mu Misiri+ bagashika ku kiyaga, Abanyamisiri baciye baboma inyuma n’imikogote y’intambara n’abarwanira ku mafarasi gushika ku kiyaga Gitukura+.
6 Igihe nakura ba so na ba sogokuru banyu mu Misiri+ bagashika ku kiyaga, Abanyamisiri baciye baboma inyuma n’imikogote y’intambara n’abarwanira ku mafarasi gushika ku kiyaga Gitukura+.