Yosuwa 24:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Maze Balaki mwene Zipori, umwami wa Mowabu, arahaguruka arwanya Abisirayeli. Atumako rero Balamu mwene Beyori kugira ngo abavume+.
9 Maze Balaki mwene Zipori, umwami wa Mowabu, arahaguruka arwanya Abisirayeli. Atumako rero Balamu mwene Beyori kugira ngo abavume+.