Yosuwa 24:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Amagufa ya Yozefu+ Abisirayeli bari barakuye mu Misiri, bayahamba i Shekemu mw’itongo Yakobo yari yaraguze na bene Hamori+, se wa Shekemu, ku mahera* 100+. Iryo tongo ryabaye intoranwa ya bene Yozefu+.
32 Amagufa ya Yozefu+ Abisirayeli bari barakuye mu Misiri, bayahamba i Shekemu mw’itongo Yakobo yari yaraguze na bene Hamori+, se wa Shekemu, ku mahera* 100+. Iryo tongo ryabaye intoranwa ya bene Yozefu+.