Abacamanza 3:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Ayo mahanga ni aya: abatware batanu b’Abafilisitiya+, Abanyakanani bose, Abanyasidoni+ n’Abahiwi+ baba ku musozi Libani+, guhera ku musozi Bayali-Herumoni gushika i Lebo-Hamati*+.
3 Ayo mahanga ni aya: abatware batanu b’Abafilisitiya+, Abanyakanani bose, Abanyasidoni+ n’Abahiwi+ baba ku musozi Libani+, guhera ku musozi Bayali-Herumoni gushika i Lebo-Hamati*+.