Abacamanza 3:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Maze Abisirayeli batabaza Yehova+. Yehova na we abaha umukiza+, ari we Ehudi+ mwene Gera. Yari umugabo w’Umubenyamini+ akoresha ibamfu+. Mu nyuma, Abisirayeli barungikira ikori* Eguloni umwami wa Mowabu, biciye kuri Ehudi. Abacamanza Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:15 Umunara w’Inderetsi,15/3/2004, rup. 29-30
15 Maze Abisirayeli batabaza Yehova+. Yehova na we abaha umukiza+, ari we Ehudi+ mwene Gera. Yari umugabo w’Umubenyamini+ akoresha ibamfu+. Mu nyuma, Abisirayeli barungikira ikori* Eguloni umwami wa Mowabu, biciye kuri Ehudi.