Abacamanza 3:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Amaze gusohoka, bamwe bariko barakorera umwami baragaruka, babona imiryango ya ca cumba co hejuru idadiye. Bibwira bati: «Ategerezwa kuba ariko aritabara* mu cumba gipfutse.» Abacamanza Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:24 Umunara w’Inderetsi,15/3/2004, rup. 30-31
24 Amaze gusohoka, bamwe bariko barakorera umwami baragaruka, babona imiryango ya ca cumba co hejuru idadiye. Bibwira bati: «Ategerezwa kuba ariko aritabara* mu cumba gipfutse.»