-
Abacamanza 3:28Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
28 Maze ababwira ati: «Nimunkurikire, kuko Yehova abahaye intsinzi ku bansi banyu b’Abanyamowabu.» Nuko baramukurikira hanyuma bafata ivyambu vya Yorodani kugira bazibire Abanyamowabu, ntihagira n’umwe bemerera kujabuka.
-