Abacamanza 3:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Ico gihe bica Abanyamowabu nka 10.000+, bose bakaba bari abagabo bakomeye kandi b’intwari. Nta n’umwe yabacitse+.
29 Ico gihe bica Abanyamowabu nka 10.000+, bose bakaba bari abagabo bakomeye kandi b’intwari. Nta n’umwe yabacitse+.