Abacamanza 3:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Inyuma ya Ehudi haza Shamugari+ mwene Anati. Yishe Abafilisitiya+ 600 akoresheje inkoni isongoye*+, na we nyene akiza Isirayeli.
31 Inyuma ya Ehudi haza Shamugari+ mwene Anati. Yishe Abafilisitiya+ 600 akoresheje inkoni isongoye*+, na we nyene akiza Isirayeli.