Abacamanza 4:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Atumako rero Baraki+ mwene Abinowamu aho yari i Kedeshi-Nafutali+, amubwira ati: «Yehova Imana ya Isirayeli ategetse ati: “Haguruka uje* ku musozi Tabora, ujane n’abagabo 10.000 bo mu muryango wa Nafutali n’uwa Zabuloni. Abacamanza Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 4:6 Umunara w’Inderetsi,15/11/2003, rup. 28-29
6 Atumako rero Baraki+ mwene Abinowamu aho yari i Kedeshi-Nafutali+, amubwira ati: «Yehova Imana ya Isirayeli ategetse ati: “Haguruka uje* ku musozi Tabora, ujane n’abagabo 10.000 bo mu muryango wa Nafutali n’uwa Zabuloni.