-
Abacamanza 4:18Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
18 Maze Yayeli asohoka kumusanganira, amubwira ati: «Niwinjire ng’aha databuja, niwinjire, ntutinye.» Nuko yinjira mw’ihema rya Yayeli, Yayeli aca amupfuka uburengeti.
-