Abacamanza 4:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Hanyuma Sisera amubwira ati: «Inyota iranyishe, ntabara umpe utuzi two kunywa.» Nuko apfundurura umukuza w’urushato urimwo amata, aramuha aranywa+, aca arasubira aramupfuka.
19 Hanyuma Sisera amubwira ati: «Inyota iranyishe, ntabara umpe utuzi two kunywa.» Nuko apfundurura umukuza w’urushato urimwo amata, aramuha aranywa+, aca arasubira aramupfuka.