-
Abacamanza 4:20Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
20 Sisera aca amubwira ati: «Hagarara ku bwinjiriro bw’ihema. Nihagira uwuza akakubaza ngo “Hari umugabo ari ng’aha?”, uce uvuga uti: “Nta wuhari.”»
-