Abacamanza 4:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Mugabo Yayeli muka Heberi ahengera Sisera asinziriye ubutikoma, arushe cane, atora urumambo* rw’ihema n’inyundo. Aca aja iyo ari asoboka, amushinga nya rumambo mu mutwe*. Araruhonda gushika arushinze hasi. Sisera aca arapfa+. Abacamanza Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 4:21 Umunara w’Inderetsi,1/8/2015, rup. 15
21 Mugabo Yayeli muka Heberi ahengera Sisera asinziriye ubutikoma, arushe cane, atora urumambo* rw’ihema n’inyundo. Aca aja iyo ari asoboka, amushinga nya rumambo mu mutwe*. Araruhonda gushika arushinze hasi. Sisera aca arapfa+.