-
Abacamanza 4:22Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
22 Maze Baraki ashika kwa Yayeli akurikiye Sisera. Yayeli aca asohoka kumusanganira, amubwira ati: «Ingo nkwereke umugabo uriko urarondera.» Nuko barinjirana maze Baraki asanga Sisera arambaraye hasi yapfuye, rwa rumambo rushinze mu mutwe wiwe.
-