Abacamanza 5:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Kubera iki wiyicariye nk’igitungwa c’igitwazi gitwaye imizigo ibiri,wiyumviririza abungere bavugiriza umwironge ibitungwa vyabo+? Mu miryango ikomoka kuri Rubeni habaye ukwijijanya imitima cane.
16 Kubera iki wiyicariye nk’igitungwa c’igitwazi gitwaye imizigo ibiri,wiyumviririza abungere bavugiriza umwironge ibitungwa vyabo+? Mu miryango ikomoka kuri Rubeni habaye ukwijijanya imitima cane.