Abacamanza 5:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Yatumye ukuboko atora urumambo rw’ihema,atuma ukuryo atora inyundo y’abakozi. Ahonda Sisera, amumena umutwe,Imisaya yiwe arayitobekeranya, arayisavya+.
26 Yatumye ukuboko atora urumambo rw’ihema,atuma ukuryo atora inyundo y’abakozi. Ahonda Sisera, amumena umutwe,Imisaya yiwe arayitobekeranya, arayisavya+.