Abacamanza 6:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Yehova abarungikira umuhanuzi, ababwira ati: «Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: “Ni jewe nabakuye mu Misiri, aho mwari abashumba*+.
8 Yehova abarungikira umuhanuzi, ababwira ati: «Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: “Ni jewe nabakuye mu Misiri, aho mwari abashumba*+.