-
Abacamanza 6:26Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
26 Niwaheza gutondeka amabuye ukubakira igicaniro Yehova Imana yawe kw’isonga ry’iki kibanza gikingiwe, uce ufata nya shuri igira kabiri uyitange nk’ishikanwa riturirwa. Ukoreshe inkwi za ya nkingi nyeranda y’igiti wicira.»
-