-
Abacamanza 7:4Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
4 Mugabo Yehova abwira Gideyoni ati: «Abantu baracari benshi cane. Bamanukane ku mazi kugira ndabagusuzumire. Ninakubwira nti: “Uyu murajana”, muze kujana, mugabo ninakubwira nti: “Uyu ntimujana”, ntimujane.»
-