Abacamanza 7:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Yehova aca abwira Gideyoni ati: «Nza kubakiza biciye kuri abo bagabo 300 banywereye amazi ku rushi kandi ndaza kugufasha utsinde Abamidiyani+. Mugabo abandi bose nibitahire.»
7 Yehova aca abwira Gideyoni ati: «Nza kubakiza biciye kuri abo bagabo 300 banywereye amazi ku rushi kandi ndaza kugufasha utsinde Abamidiyani+. Mugabo abandi bose nibitahire.»