Abacamanza 7:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Nuko ba basoda 300 batora impamba n’inzamba vya ba basoda bandi. Gideyoni asigarana n’abo 300, abandi basoda b’Abisirayeli arabarungika barataha. Abamidiyani bari bakambitse mu kiyaya+, hepfo y’ikambi ya Gideyoni.
8 Nuko ba basoda 300 batora impamba n’inzamba vya ba basoda bandi. Gideyoni asigarana n’abo 300, abandi basoda b’Abisirayeli arabarungika barataha. Abamidiyani bari bakambitse mu kiyaya+, hepfo y’ikambi ya Gideyoni.