Abacamanza 7:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 wumvirize ivyo bavuga. Niwamara kuvyumva, uragira umutima rugabo* wo gutera iyo kambi.» Nuko we n’umukozi wiwe Pura baramanuka, bashika hafi ya nya kambi y’abasoda.
11 wumvirize ivyo bavuga. Niwamara kuvyumva, uragira umutima rugabo* wo gutera iyo kambi.» Nuko we n’umukozi wiwe Pura baramanuka, bashika hafi ya nya kambi y’abasoda.