Abacamanza 7:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Abamidiyani n’Abamaleki n’Abanyabuseruko+ bose bari bakubise mu kiyaya harazima, nka kurya kw’igitero c’inzige. Ingamiya zabo ntizagira igitigiri+. Zari nyinshi nk’udutete tw’umusenyi wo ku nkengera y’ikiyaga.
12 Abamidiyani n’Abamaleki n’Abanyabuseruko+ bose bari bakubise mu kiyaya harazima, nka kurya kw’igitero c’inzige. Ingamiya zabo ntizagira igitigiri+. Zari nyinshi nk’udutete tw’umusenyi wo ku nkengera y’ikiyaga.