Abacamanza 7:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Uwo mugenziwe aca yishura ati: «Basha, iyo ni inkota ya Gideyoni+ mwene Yowasi, umugabo wo muri Isirayeli. Imana yamaze kumuha intsinzi ku Bamidiyani n’ikambi yose+.»
14 Uwo mugenziwe aca yishura ati: «Basha, iyo ni inkota ya Gideyoni+ mwene Yowasi, umugabo wo muri Isirayeli. Imana yamaze kumuha intsinzi ku Bamidiyani n’ikambi yose+.»