Abacamanza 7:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Ba bagabo 300 aca abagabura mu migwi itatu maze bose abaha inzamba+ n’imibindi minini igaragara irimwo ibimuri.
16 Ba bagabo 300 aca abagabura mu migwi itatu maze bose abaha inzamba+ n’imibindi minini igaragara irimwo ibimuri.