Abacamanza 7:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Gideyoni n’abasoda 100 bari kumwe na we bashika hafi y’ikambi iterama ryo mu gicugu* ritanguye, umugwi wa kabiri w’abanyezamu ari ho ugishika. Baca bavuza inzamba+, basavya na ya mibindi minini bari bafise+. Abacamanza Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 7:19 Umunara w’Inderetsi,15/7/2005, rup. 16
19 Gideyoni n’abasoda 100 bari kumwe na we bashika hafi y’ikambi iterama ryo mu gicugu* ritanguye, umugwi wa kabiri w’abanyezamu ari ho ugishika. Baca bavuza inzamba+, basavya na ya mibindi minini bari bafise+.