-
Abacamanza 7:20Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
20 Ya migwi itatu yose ica ivuza inzamba yongera isavya ya mibindi. Baca bafata vya bimuri mu kubamfu, bavuza inzamba zari mu kuryo, maze biha akamo bati: «Inkota ya Yehova n’iya Gideyoni!»
-