Abacamanza 7:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Bamwe 300 babandanya kuvuza inzamba, maze Yehova atuma umwumwe wese mu bari mw’ikambi yicisha inkota mugenziwe+. Izo ngabo zirahunga gushika i Beti-Shita n’i Zerera, ziguma zihunga gushika no ku rubibe rwa Abeli-Mehola+ hafi ya Tabati.
22 Bamwe 300 babandanya kuvuza inzamba, maze Yehova atuma umwumwe wese mu bari mw’ikambi yicisha inkota mugenziwe+. Izo ngabo zirahunga gushika i Beti-Shita n’i Zerera, ziguma zihunga gushika no ku rubibe rwa Abeli-Mehola+ hafi ya Tabati.