Abacamanza 8:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Maze ba bagabo bo mu karere ka Efurayimu babwira Gideyoni bati: «Ivyo watugize ni ibiki? Kubera iki utaduhamagaye igihe waja kurwanya Abamidiyani+?» Baramushwanira cane+.
8 Maze ba bagabo bo mu karere ka Efurayimu babwira Gideyoni bati: «Ivyo watugize ni ibiki? Kubera iki utaduhamagaye igihe waja kurwanya Abamidiyani+?» Baramushwanira cane+.