Abacamanza 8:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Ico gihe Zeba na Zalumuna bari i Karukori bari kumwe n’ingabo zabo, abagabo nka 15.000. Ni bo bonyene bari basigaye mu ngabo zose z’Abanyabuseruko+, kuko abagabo 120.000 barwanisha inkota bari baguye ku rugamba.
10 Ico gihe Zeba na Zalumuna bari i Karukori bari kumwe n’ingabo zabo, abagabo nka 15.000. Ni bo bonyene bari basigaye mu ngabo zose z’Abanyabuseruko+, kuko abagabo 120.000 barwanisha inkota bari baguye ku rugamba.