-
Abacamanza 8:14Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
14 Ari mu nzira, afata umusore umwe w’i Sukoti amubaza ibibazo. Uwo musore aca amwandikira amazina y’abaganwa n’abashingantahe b’i Sukoti. Bose hamwe bari abagabo 77.
-