Abacamanza 8:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Aca aja kuraba abagabo b’i Sukoti, ababwira ati: «Ng’uyu Zeba na Zalumuna, bamwe mwancokorako muvuga ngo: “Mbega Zeba na Zalumuna wamaze kubafata muko duha ivyo kurya ingabo zawe zirushe+?”»
15 Aca aja kuraba abagabo b’i Sukoti, ababwira ati: «Ng’uyu Zeba na Zalumuna, bamwe mwancokorako muvuga ngo: “Mbega Zeba na Zalumuna wamaze kubafata muko duha ivyo kurya ingabo zawe zirushe+?”»