Abacamanza 9:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 «Ndabasavye mubaze abatware* bose b’i Shekemu muti: “Mwoshima ko abahungu ba Yerubayali babaganza bose uko ari 70+ canke mwoshima ko umuntu umwe aba ari we abaganza? Kandi mwibuke ko dusangiye amaraso*.”»
2 «Ndabasavye mubaze abatware* bose b’i Shekemu muti: “Mwoshima ko abahungu ba Yerubayali babaganza bose uko ari 70+ canke mwoshima ko umuntu umwe aba ari we abaganza? Kandi mwibuke ko dusangiye amaraso*.”»