Abacamanza 9:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Basaza ba nyina babwira rero abatware bose b’i Shekemu ivyo Abimeleki yavuze, na bo baca baremera kumukurikira*, bavuga bati: «Nakare ni mwenewacu.»
3 Basaza ba nyina babwira rero abatware bose b’i Shekemu ivyo Abimeleki yavuze, na bo baca baremera kumukurikira*, bavuga bati: «Nakare ni mwenewacu.»