Abacamanza 9:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Inyuma y’ivyo aja ku rugo rwa se i Ofura+ maze yica benewabo+, ba bahungu 70 ba Yerubayali, abicira kw’ibuye rimwe. Yotamu umuhererezi wa Yerubayali ni we wenyene yarokotse kuko yari yinyegeje.
5 Inyuma y’ivyo aja ku rugo rwa se i Ofura+ maze yica benewabo+, ba bahungu 70 ba Yerubayali, abicira kw’ibuye rimwe. Yotamu umuhererezi wa Yerubayali ni we wenyene yarokotse kuko yari yinyegeje.