Abacamanza 9:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Igihe kimwe, ibiti vyagiye kwimika* umwami wo kubiganza. Nuko bibwira igiti c’umwelayo* biti: “Nutuganze+.”
8 Igihe kimwe, ibiti vyagiye kwimika* umwami wo kubiganza. Nuko bibwira igiti c’umwelayo* biti: “Nutuganze+.”