Abacamanza 9:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Ariko ubu mwahagurukiye urugo rwiwe. Mwiciye abahungu biwe 70 kw’ibuye rimwe+ maze mwimika Abimeleki umwana w’umusukukazi wiwe+, kugira abe ari we aganza ab’i Shekemu kubera gusa ari uw’iwanyu.
18 Ariko ubu mwahagurukiye urugo rwiwe. Mwiciye abahungu biwe 70 kw’ibuye rimwe+ maze mwimika Abimeleki umwana w’umusukukazi wiwe+, kugira abe ari we aganza ab’i Shekemu kubera gusa ari uw’iwanyu.